Information in your language - Kirundi

We provide translated information in Kirundi to help you learn more about our payments and services.

Ikirundi / Kirundi

Twamamazaibintubisiguyekugirangodufashekwigisha cane kubijanyen’ibihembohamwen’ivyodukora.

We provide translated publications to help you learn more about our payments and services.

If you are using assistive technology and cannot access our translated information please contact our multilingual phone service.

Nimba ukoresha ubuhinga bugezweho canke ukaba utoshoshobora kuroka inkuru zacu zisobanuye, usabwa ko woterefona kuri multilingual phone service.

Soma / Read

Raba intonde z’ibintu vyacu vyanditswe kandi bisobanuwe, bitanga inkuru ku bijanye na bimwe biri mu mpembo n’ibikorwa vyacu.

Browse our range of translated written products, which offer information about some of our payments and services.

Page last updated: 3 August 2016