Information in your language

Ikirundi / Kirundi

We provide information in your language to help you learn more about our payments and services.

Turatanga inkuru mu rurimi rwawe kugira tugufashe utahure ibijanye n’amahera dutanga hamwe n’ibikorwa vyacu.

Nimba ukoresha ubuhinga bwanone kandi ntushobore kuronka inkuru zisobanuye, urashobora kuduhamagara ukoresheje ururimi rwawe.

If you are using assistive technology and cannot access our translated information, you can contact us in your language.